Inyigisho zo muri Bibiliya
Bibiliya iratanga impanuro nziza kuruta izindi zose ku bibazo bigoye kuruta ibindi vyose vyo mu buzima. Mu binjana n’ibindi, vyaragaragaye ko Bibiliya ifise akamaro. Muri iki gihimba, urabona igituma wokwizigira Bibiliya, ukuntu woyungukirako n’ukuntu ari ngirakamaro vy’ukuri.—2 Timoteyo 3:16, 17.
Ibi ntibigucike!
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Igitabu c’Ivyahishuwe gisobanura iki?
Ico gitabu ubwaco kivuga ko abasoma ubutumwa buri muri co, bakabutahura kandi bakabushira mu ngiro bahiriwe.
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Igitabu c’Ivyahishuwe gisobanura iki?
Ico gitabu ubwaco kivuga ko abasoma ubutumwa buri muri co, bakabutahura kandi bakabushira mu ngiro bahiriwe.
Niwige Bibiliya
Nugerageze kwiga Bibiliya natwe
Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha.
Gusaba ko tukugendera
Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.
Ibintu bifasha kwiga Bibiliya
Nuhitemwo ibintu vyogufasha kwiga Bibiliya, bigatuma wiyigisha mu buryo buhimbaye kandi ngirakamaro.
Bibiliya yogufasha gute?
Amahoro n’agahimbare
Bibiliya yarafashije abantu benshi kwihanganira amaganya abashikira buri musi, umubabaro wo ku mutima no ku mubiri no kumenya igituma turiho.
Kwizera Imana
Ukwizera kurashobora gutuma utekanirwa ubu, kukagufasha no kugira icizigiro ntakekeranywa ca kazoza.
Ingo n’imiryango
Abubakanye hamwe n’imiryango barahura n’ingorane nyinshi. Impanuro nziza Bibiliya itanga zirashobora kubafasha kuryohora ubucuti mufitaniye mu muryango no kubukomeza.
Icofasha imiyabaga n’abageze mu bigero
Raba ukuntu Bibiliya ishobora gufasha mu ngorane imiyabaga n’abageze mu bigeze akenshi bahangana na zo.
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.
Bibiliya ivuga iki?
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Numenye inyishu Bibiliya itanga ku vyerekeye Imana, Yezu, umuryango, imibabaro n’ibindi.
Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
Niwirabire insobanuro y’ukuri y’imirongo n’imvugo vyo muri Bibiliya.
Kahise na Bibiliya
Raba inkuru itangaje y’ingene Bibiliya yasimvye imanga igashika no muri iki gihe. Raba ivyemeza ko ivuga ukuri be n’uko ari iyo kwizigirwa.
Siyansi na Bibiliya
Bibiliya na siyansi vyoba bihuza? Inyishu twoyironka tugereranije ivyo Bibiliya ivuga n’ivyo abanyasiyansi bubuye.