Ja ku birimwo

Kahise na Bibiliya

Inkuru y’ukuntu Bibiliya yazigamwe, ukuntu yahinduwe n’ukuntu yakwiragijwe iratangaje cane. Ibintu abahinga baheruka kwubura biremeza ko ivuga ukuri. Naho woba uri mw’idini irihe, uzokwibonera ko Bibiliya ataho ihuriye n’ibindi bitabu.

Ivyasohowe

Bibiliya​—Irimwo ubutumwa ubuhe?

Ni ubutumwa bw’ishimikiro ubuhe buri muri Bibiliya?