Ubwongereza: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 66.357.000
- Abigisha Bibiliya: 142.073
- Amashengero y’Ivyabona: 1.599
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 474
AMAPOROJE Y’UBWUBATSI
“Abagore barafise uruhara rukomeye mu bwubatsi”
Wotangara umenye ibikorwa bakora neza.
AMAPOROJE Y’UBWUBATSI
Barakingira ibinyabuzima i Chelmsford
Mu Bwongereza, Ivyabona vya Yehova baratanguye kwubaka ibiro vyabo vy’ishami bishasha hafi y’igisagara c’i Chelmsford. Ni ibiki bariko barakora kugira bakingire ibinyabuzima?
IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA
Kwamamaza inkuru nziza mu ndimi kavukire zo muri Irilande no mu Bwongereza
Ivyabona vya Yehova bariko baragira utwigoro tudasanzwe two kubwira inkuru nziza abantu basoma canke bavuga indimi kavukire bo muri Irilande no mu Bwongereza. None abantu bavyakiriye gute?
GUFASHA ABANTU
Videwo ifasha urwaruka guhangana n’ikibazo co gutotezwa kw’ishure
Uwitwa Hugo w’imyaka cumi, yararonse agashimwe kitiriwe Diana kubera yafashije abandi guhangana n’ikibazo co gutotezwa. Ni igiki cafashije uwo mwana kurwanya ugutotezwa?