Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Irlande

  • I Dublin muri Irlande: Icabona ariko arashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Woba ushaka kumenya ukuri? kuri Grand Canal Square

Irlande: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 7.052.000
  • Abigisha Bibiliya: 7.974
  • Amashengero y’Ivyabona: 121
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 907

IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA

Kwamamaza inkuru nziza mu ndimi kavukire zo muri Irilande no mu Bwongereza

Ivyabona vya Yehova bariko baragira utwigoro tudasanzwe two kubwira inkuru nziza abantu basoma canke bavuga indimi kavukire bo muri Irilande no mu Bwongereza. None abantu bavyakiriye gute?

IGIKORWA CO KWAMAMAZA

Kwamamaza mu karere kari ukwa konyene muri Irlande

Abagize umuryango umwe barasigura ingene ubucuti bafitaniye bwarushirije gukomera mu gihe bariko bavuga inkuru nziza mu karere kari ukwa konyene.

BE MASO!

Tuje muri Irlande

Niwisomere amakuru yerekeye abantu b’umutima mwiza bo mw’Izinga ry’akabuye ka emerode.

IBIRORI BIDASANZWE

Ihwaniro ridasanzwe ryabereye muri Irlande

Ivyabona vya Yehova b’i Dublin muri Irlande barakiriye abavuye mu bindi bihugu baje kw’ihwaniro ridasanzwe ryo mu 2012 ryataziriwe ngo: “Zigama umutima wawe!” Raba ico bamwe babivuzeko.