Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Afrika y'Epfo

  • I Stellenbosch muri Afrika y’Epfo: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira inkuru nziza umurimyi w’imizabibu inyuma y’igisagara ca Cape Town

  • I Cape Town, muri Afrika y’Epfo: Ivyabona bariko baravuga inkuru nziza y’Ubwami i Bo-Kaap

  • I Weltevrede, mu ntara ya Mpumalanga yo muri Afrika y’Epfo: Ivyabona vya Yehova bariko baratumira ku makoraniro umukenyezi wo mu bwoko bwa Bandebele

Afrika y'Epfo: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 60.605.000
  • Abigisha Bibiliya: 100.331
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.966
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 617

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Nararonkeye umunezero mu murimo wa Yehova

Inkuru y’ubuzima: John Kikot

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Televiziyo ya JW kuri satelite iriko irashika mu mihingo itagira internet

Abavukanyi bo muri Afrika bashobora gute kuraba Televiziyo ya JW badafise internet?