Niwigane ukwizera kwabo

Muri uru rukurikirane rw’amavidewo, nurabe ivyo wokwigira ku bagabo n’abagore b’intahemuka bavugwa muri Bibiliya.

Niwigane ukwizera kwabo​—Aburahamu: Igice ca 1

Muri iyi videwo, raba ingene Aburahamu yajijutse ko Yehova ashitsa ibintu vyose asezerana.

Niwigane ukwizera kwabo​—Aburahamu: Igice ca 2

Muri iyi videwo, raba ingene Aburahamu yatumye we ubwiwe hamwe n’abantu bose muri rusangi bahezagirwa.

Niwigane ukwizera kwabo: Rebeka

Rebeka yoba yari afise ukwizera gukomeye kwotumye ava iwabo agafata urugendo aja iyo atazi?

Niwigane ukwizera kwabo​—Miriyamu

Twese birashika tugakora amakosa nka Miriyamu ariko nurabe ukuntu ukwizera yari afise kwatumye yemera gukosorwa na Yehova maze biramugirira akamaro.

Raba kandi

KWIZERA IMANA

Niwigane ukwizera kw’abagabo n’abagore bavugwa muri Bibiliya

Niwigane abagabo n’abagore b’abizigirwa bavugwa muri Bibiliya maze urushirize kwiyegereza Imana.