Programa y’ihwaniro ryo mu 2024: ‘Numenyeshe inkuru nziza’
Ku wa gatanu
Programa yo ku wa gatanu ishingiye kuri Luka 2:10: «Ngira ndabamenyeshe inkuru nziza izonezereza cane abantu bose.»
Ku wa gatandatu
Programa yo ku wa gatandatu ishingiye kuri Zaburi 96:2: «Uko bukeye, nimutangaze inkuru nziza y’ubukiriro atanga.»
Ku wa mungu
Programa yo ku wa mungu ishingiye kuri Matayo 24:14—«. . . maze iherezo rizoca riza.»
Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro
Amakuru afasha abitavye ihwaniro.
Raba kandi
IBITWEREKEYE
Niwitabe igikorane co mu 2024 cataziriwe ngo “Numenyeshe inkuru nziza”
Turagutumiye n’igishika cinshi kwitaba igikorane c’Ivyabona vya Yehova c’uyu mwaka kizomara imisi itatu.
IBIKORANE
Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2024 cataziriwe ngo ‘Numenyeshe inkuru nziza’
Turabatumiye ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co muri uno mwaka kizomara imisi itatu.
IBIKORANE
Imponjo y’igikino kivuga ngo Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Umuco w’ukuri w’isi
Nurabe imponjo y’igikino kivuga ngo Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 1. Iyo epizode izokwerekanwa ku gikorane co mu 2024.