Icohumuriza abagandaye VUZA Icohumuriza abagandaye Twemezwa n’iki ko Imana yitaho uko twiyumva iyo tubuze uwacu twikundira? Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Raba kandi BE MASO! Ivyofasha abatuntuye Bibiliya irafasha ababuze ababo, ikabaremesha, ikabaha n’icizigiro. INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Woba woshobora kuronka ivyiyumviro vyokuremesha muri Bibiliya? Imirongo yo muri Bibiliya yararemesheje abantu benshi bariko barashikirwa n’ibintu bibabaje. IBINDI BIGANIRO Igihe uwawe apfuye Raba ibintu ngirakamaro wokora kugira ngo wihanganire umubabaro uva ku kubura uwawe. UMUNARA W’INDERETSI Kubaho vyoba biri n’ico bimaze igihe wabuze uwawe? Raba ivyiyumviro bitanu ngirakamaro bishobora kugufasha kwihangana igihe wabuze uwawe. INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA Izuka ni iki? Woshobora gutangazwa no kumenya abazosubira kuba bazima muri kazoza. IBITWEREKEYE Gusaba ko tukugendera Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova. Capura Rungika Rungika Icohumuriza abagandaye IBINDI BIGANIRO Icohumuriza abagandaye Ikirundi Icohumuriza abagandaye https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/501100047/univ/art/501100047_univ_sqr_xl.jpg mrt ikiganiro 54