Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ururirimbo 19

Imana yarasezeranye Iparadizo

Imana yarasezeranye Iparadizo

(Luka 23:43)

1. Hazobaho Iparadizo.

Ni kw’Imana yabivuze.

Nta marira, eka nta rupfu

Bizogenda bigarutse.

(ICITABIRIZO)

Paradizo, turizera

Kw’izobaho nihagera.

Krist’agiye kubigira

Kukw’Imana ayumvira.

2. Vub’Imana nk’uko yashinze

Izozura abapfuye.

Yezu ati: ‘Mw’Iparadizo

Tuzobana, ndavyatuye.

(ICITABIRIZO)

Paradizo, turizera

Kw’izobaho nihagera.

Krist’agiye kubigira

Kukw’Imana ayumvira.

3. Umuhango w’Iparadizo

Twawuhawe na Rugira.

Dushimire Imana yacu,

Wa Muvyeyi twikundira.

(ICITABIRIZO)

Paradizo, turizera

Kw’izobaho nihagera.

Krist’agiye kubigira

Kukw’Imana ayumvira.