Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

URURIRIMBO RWA 154

Urukundo rutananirwa

Urukundo rutananirwa

(1 Abakorinto 13:8)

  1. 1. Rab’ubu hano

    Twuzuy’urukundo,—

    Mw’isi n’imbonekarimwe.

    Twarahevy’isi

    Dufatana mu nda,

    None twuzuy’akamwemwe.

    (INTEGUZA)

    Urukundo nyakuri

    Rwama rwihangana.

    (ICITABIRIZO)

    Ni—rwa rukundo—

    Rutananirwa

    Rwa Yehova.

    Ni—rwa rukundo—

    Rumwe rukenewe.

    Ese tworwamana,

    Mber’ibihe vyose—

    Urukundo.

  2. 2. Rimwe na rimwe

    Twumva turengewe

    N’ingorane mur’iyi si.

    Iyo twitanze

    Tugafash’abandi,

    Duca twumva duhimbawe.

    (INTEGUZA)

    Urukundo nyakuri

    N’urw’ibihe vyose.

    (ICITABIRIZO)

    Ni—rwa rukundo—

    Rutananirwa

    Rwa Yehova.

    Ni—rwa rukundo—

    Rumwe rukenewe.

    Ese tworwamana

    Mber’ibihe vyose.

    (URUKUNDO)

    Ni—rwa rukundo—

    Rutananirwa

    Rwa Yehova.

    Ni—rwa rukundo—

    Rumwe rukenewe.

    Ese tworwamana

    Mber’ibihe vyose—

    Urukundo,

    Urukundo,

    Urukundo.