URURIRIMBO RWA 60
Boshobora kurokoka
-
1. Yehov’aracihanganiye bose,
bumve
Yuk’umusi w’ishavu ryiwe
ugir’uze.
(ICITABIRIZO)
Borokoka, kandi ni vyo,
Natwe tukarokoka.
Borokoka bumvirije.
Ni ngombwa rero
Tuvuge; tuvuge.
-
2. Har’ubutumwa tubwirizwa
kwamamaza:
Gusubiza hamwe na we
bakamwambaza.
(ICITABIRIZO)
Borokoka, kandi ni vyo,
Natwe tukarokoka.
Borokoka bumvirije.
Ni ngombwa rero
Tuvuge; tuvuge.
(IKIRARO)
Nibumve, batebuke,
Maz’Iman’izobahisha.
Babwire, ubigishe,
Nta kintu tubarihisha.
(ICITABIRIZO)
Borokoka, kandi ni vyo,
Natwe tukarokoka.
Borokoka bumvirije.
Ni ngombwa rero
Tuvuge; tuvuge
(Raba kandi 2 Ngo. 36:15; Yes. 61:2; Ezk. 33:6; 2 Tes. 1:8.)